The Tech News weekly summaries help you monitor recent software changes likely to impact you and your fellow Wikimedians. Subscribe, contribute and give feedback.
previous | 2022, week 38 (Monday 19 September 2022) | next |
Amakuru y'ubuhinga: 2022-38
Ubwanyuma Amakuru y'ubuhinga avuye k'umurwi w'ubuhinga wa Wikimedia. Murasabwe kumenyesha abakoresha bandi ibijanye n'izi mpinduka. Si impinduka zose zizokubako. Impinyanyuro ziraboneka.
Impinduka ziheruka
- Uburinganire bw'ububiko bubiri mugisoro
templatelinks
c'imirongongero ubu bwarahanaguwe:tl_namespace
natl_title
. Ibibazo vyose bijanye n'ubu buringanire bitegerezwa guhindurwa kugirango hakoreshwe uburinganire bushasha buhinyanyuye bwitwatl_target_id
. Raba T299417 uronke insiguro nyinshi. Iki ni igice ca guhinyanyura bw'umurongo w'iki gisoro. [1][2]
Impinduka zo mumpera y'uyu mushamvu
- igice gishasha ca MediaWiki kizoba kiri mw'igeragezwa kuri za wiki na MediaWiki.org kuva 20 Nyakanga. Ntikizoba kiri kuri wiki atari iza Wikipedia n'izindi Wikipedia kuva 21 Nyakanga. Kizoba kiri kuri wiki zose kuva 22 Nyakanga (ikirangamisi).
- Muri cartographie ibicapo, ushobora gukoresha icons kuri markers kubw'inyungu rusangi. Ku musi wa kabiri, previous icon set izoba yashizwe ku rugero 7.2. Ivyo bisigura, hafi 100 icons nshansha zizoba ziboneka. Iciyongeye, icons zose zibaho zizoba zashizwe ku rugero kugirango zumvikane kandi zongere zikore neza kurwego mpuzamakungu. [3][4]
Impinduka zo muri kazoza
- Mu umurwi w'ikiganiro kuri Wikimania, abantu barenga 30 bavuze kubijanye n'ukuntu hokorwa ubuhinga "software" burimwo imigenderanire mumuhari wa Wikimedia uteye imbere cane. Ni ubuhe bwoko bw'imfashanyo bwemewe kubahinyanyuzi nkorerabushake? Soma incamake hama utange iciyumviro cawe.
Amakuru y'ubuhinga yateguwe n' Abanditsi b'amakuru y'ubuhinga hama ashirwako na robo • Guterēra • Guhinyanyura • Ronka ubufasha • Tanga igisubizo • Iyandikishe canke wikureko.