The Tech News weekly summaries help you monitor recent software changes likely to impact you and your fellow Wikimedians. Subscribe, contribute and give feedback.
previous | 2022, week 47 (Monday 21 November 2022) | next |
Amakuru y'ubuhinga: 2022-47
Amakuru y'ubuhinga aheruka avuye k'umurwi w'ubuhinga wa Wikimedia. Murasabwe kumenyesha abandi bakoresha ibijanye n'izi mpinduka. Si impinduka zose zizokubako. Impinyanyuro ziraboneka.
Impinduka ziheruka
- Ishusho ry'ibitangazamakuru birihisha mu kibanza co kurondeza no ku ngingo za thumbnails muburyo budasanzwe:Kurondeza vyarahagaritswe. Insiguro nyinshi ziri muri T320661.
Impinduka zo mumpera y'uyu mushamvu
- Nta gice gishasha ca MediaWiki muri ino ndwi.
- Wiki zimwe zimwe zizoba ziri mw'isomwa gusa mukiringo c'iminota mike kubera ihindurwa ry'ububiko bukuru bw'azo. Bizokorerwa kuri 22 Munyonyo isaha 07:00 UTC (targeted wikis) no kuri 24 Munyonyo isaha 7:00 UTC (wiki zigamirijwe).
Amakuru y'ubuhinga yateguwe n' Abanditsi b'amakuru y'ubuhinga hama ashirwako na robo • Guterēra • Guhinyanyura • Ronka ubufasha • Tanga inyishu • Iyandikishe canke wikureko.